Duration 4:7

Impanuro za Prezida Evariste Ndayishimiye ku bijanye n'ubwoko mu Burundi

15 839 watched
0
163
Published 1 Mar 2021

Impanuro za Prezida Evariste Ndayishimiye ku bijanye n'ubwoko mu #Burundi. "NIwaba uri umuhutu ubwo buhutu bwawe ni nde azoburya ? Niwaba uri umututsi ndabikoreshe iki ?" Umviriza izo mpanuro z'Umukuru w'Igihugu c'Uburundi

Category

Show more

Comments - 31
  • @
    @thewisetv39893 years ago NOUS LES BURUNDAIS SOMMES HEUREUX DE VOUS, NOTRE CADEAU DU CEL
  • @
    @kawziraburundi97113 years ago Iman. Ikunzigame. Izakurinde. Murakoze. Papa. Wacu
  • @
    @iwacubibaho87163 years ago Uno mugabo Imana Izomufashe gushika kuri byinshi mumahoro,kuko ndabona abikora neza cne,mbere nabahora bapfungura igituriro arimwo kubakosora.
    Congratulations 💎🇧🇮
  • @
    @yesunimwema44973 years ago Ramba ramba,sagamba burundi na barundi amahoro asasagare mugihugu natwe turihanze yaco tuze dutahe mumavuko yacu twoye gupfira mubukoroni,burundi oyeeeeeee 💪💪💪🙏
  • @
    @hakizimanajeanbosco92233 years ago Imana ikongereza amavuta urikuvuga kd unatanguza ibikorinka ntawutashima ataragahaze muriwe komera cane
  • @
    @niyibizijeanpaul74652 years ago Terimbere muyobozi mwiza w'igihugu kibanyi
  • @
    @esperancendamira73853 years ago Discours nziza nimba ibyavuga ariko biri kumutima we uburundi bufite avenir
  • @
    @banin-bradaneirakoze95353 years ago Bashahu Nyenicubahiro wacu ndamukundape
  • @
    @ukuritvradio67233 years ago Turamushimiye peresident wuburundi kumpanuro ikomeye atanze ndizerako azageza cangwe azaraga abarundi uburundi bgiza
  • @
    @raissafabien42853 years ago Komer mutama. Tukur inyum. Hadug hanyerera twubaka igihugu cacu
  • @
    @annociateniyobuja77373 years ago Wavuga neza noneko nfisurubanza konabuzaho Niagara ahongiye ngo nzana inoti👈👈🤷‍♂️
  • @
    @ghostagee52323 years ago Une demagogie debile! Abakehabwenge barakwumva! Les faits sont tetus! Un nepotisme sans precedent! 1
  • @
    @nduwayojeanbatiste40063 years ago Aba dd nibo barundi haraho bitaniye namacakubiri
  • @
    @siimon5593 years ago Ibi hutu nibisubire mwishamba, ntibazi kutwara igihugu, kugira tuzosubire kutera imbere 1