Duration 5:1

Umva ivya wa munyarwandakazi Isimbi Noeline ashobora kuja gukina Porono

5 827 watched
0
27
Published 22 Feb 2021

Noeline inyuma y'ukwitoza muri Miss Rwanda bikanka ko abandanya, agakinjura ataranaramukanya, vyahavuye vyanka gose. Yasohoye amashusho Ari gusa ayakwirakwiza kuri Instagram, bati tera iyosema, na Instagram irabafasha bugara urwo rubuga. ntiyahaha yerekeza muri Kenya atangura kwidandaza iziba riva, Ati uwunkeneye n'aya Sinja musi. Ntibukeye 2 none ageze muri Nigeria aho ngo atamba Ari gusa ico bita ikimansuro mu butambiro (night club). ariko ako siko kazi konyene akora kuko anashira amashusho Ari gusa ku mbuga zisanzwe zirihisha kugira uje kuyaraba. akaba avuga Kandi ko aronse uko aja muri Amerika yoja gukina, naho atiteze kuguma murivyo igihe kirekire ahubwo ngo ashaka kwegeranya menshi ashoboka mu mwanya muto.

Category

Show more

Comments - 2